Mariko 7:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Ubwo nyene amatwi ya wa muntu arazibuka, ururimi rwiwe ruragoboroka, aca atangura kuvuga neza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Amatwi yiwe arazibūka, inkingi z’ururimi rwiwe zirabohoka, avuga neza. Viz kapitola |