Mariko 7:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Nuko Yesu aramufata, amwigiza kure y’abantu, ashira intoke ziwe mu matwi y’uwo muntu, acira amate ku ntoke ziwe maze amukora ku rurimi. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Agikūra mw ishengero, aracihererana, agishira intoke mu matwi, acira amate, agikora ku rurimi. Viz kapitola |