Mariko 7:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Yesu aramubwira ati: “Reka abana babanze barye bahage, kuko si vyiza guterera imbwa ivyokurya vy’abana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Aramubgira, ati Reka abana babanze guhāga, kukw atari vyiza kwābīra umutsima w’abana ukawuterera utubga. Viz kapitola |