Online Bible

- Reklamy -




Mariko 7:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Hanyuma y’ivyo Yesu ava i Galilaya aja mu karere kegereye igisagara ca Tiro. Nuko yinjira mu nzu kandi ntiyashaka ko hagira uwumenya ko ariho ari; ariko ntivyakunda ko yihisha.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Ava aho hantu, aja mu ntāra yo muri Tiro n’i Sidoni. Yinjira mu nzu atagomba ko hogira umuntu abimenya, ariko ntiyashobora kuyoberana.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 7:24

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy