Mariko 7:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nta kintu na kimwe kija mu muntu kivuye hanze gishobora kumuhumanya; igihumanya umuntu ni ikiva muri we. [ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 nta kintu kir’ inyuma, iyo kigiye imbere mu muntu gishobora kumuhumanya, arikw ibivuye mu muntu ni vyo bimuhumanya. [ Viz kapitola |