Mariko 6:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Baca bakwiragira muri ako karere kose bazana abantu barwaye ku nderuzo, bakabajana aho bumvise ko Yesu ari hose. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Birukanga impande zose mur’ ico gihugu cose, batangura guterura abarwaye mu nderuzo, babakwiragirana aho bamwumvise hose. Viz kapitola |