Mariko 6:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe50 kuko bose bari bagize ubwoba bwinshi. Aca arababwira ati: “Humura! Ni jewe. Ntimugire ubwoba.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Bose baramubona, basimbga n’umutima. Arik’ uwo mwanya arabavugisha, ati Hūmura ni jewe, ni mureke gutinya. Viz kapitola |