Mariko 6:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Nuko aca arungika umusoda amutegeka kuzana umutwe wa Yohana. Wa musoda aja mw’ibohero, aca umutwe Yohana, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Uwo mwanya umwami atuma umushibamyi, amubarira kuzana umutwe wa Yohana. Aragenda, amucira izosi mw ibohero, Viz kapitola |