Mariko 6:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Maze umukobwa wa Herodiya araza aratamba, anezereza cane Herode n’abatumire biwe. Umwami aca abwira uwo mukobwa ati: “Nsaba ico ushaka cose, ndakiguha.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Umukobga wa Herodiya nyene arinjira aratamba, Herode n’abashitsi biwe baramushima. Umwami abgira uwo mukobga, ati Nsaba ico ugomba cose, ndakiguha. Viz kapitola |