Mariko 6:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Maze igihe kimwe Herodiya aronka akaryo. Ku musi mukuru wo kwibuka ivuka ryiwe, Herode yateguye umusi mukuru atumira abategetsi bakurubakuru bo ku ngoma yiwe, abo mu gisoda hamwe n’abatware bo mu ntara ya Galilaya. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Maz’ umusi uragera, uburyo buraboneka: war’ umusi wo kwibutsa ukuvuka kwa Herode; atumira abaganwa biwe, n’abakuru b’abagabisha b’abasoda, n’abapfasoni b’i Galilaya, ngo baze abatereke. Viz kapitola |