Mariko 5:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Mbega undonderako iki ga Yesu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Ndakwinginze mw’izina ry’Imana ntunkubagure!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 asemerera n’ijwi rirenga, ati Duhūriye hehe ga Yesu Mwana w’Imana isumba vyose? Ndakurahiye Imana, ntumbabaze agashinyaguro. Viz kapitola |