Online Bible

- Reklamy -




Mariko 5:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Ba bantu baramushinyagurira. Amaze kubasohora bose, yinjirana na se na nyina b’umwana hamwe na ba bigishwa bari kumwe na we, baja aho umwana ari.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Baramutwenga bamushinyagurira. Arabakumīra bose, ajana se w’umwana na nyina n’abāri kumwe na we, yīgira haruguru ah’ ikiziga kiri,

Viz kapitola kopírovat




Mariko 5:40

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy