Mariko 5:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Bashitse i muhira kwa wa mukuru w’isinagogi, Yesu ahasanga urwamo rwinshi, abantu barira, abandi na bo bavuza induru n’ijwi rirenga. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Bashitse ku nzu y’uwo mukuru w’isinagogi, asanga bariko barakoma induru barira baboroga cane. Viz kapitola |