Mariko 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Uwo muntu yaba mw’itongo ry’abapfuye kandi nta muntu yashobora kumuboha, naho yokoresheje iminyororo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yaba mur’ ayo masenga, ntihāgira ūba akibona ico ashobora kumubohesha, n’iyo woba umunyororo: Viz kapitola |