Mariko 5:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Ubwo nyene ya maraso arahagarara, yumva mu mubiri wiwe ko akize ingwara yiwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Uwo mwanya isōko y’amaraso irakama, amenya mu mubiri wiwe yukw akize ico cago. Viz kapitola |