Online Bible

- Reklamy -




Mariko 5:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Yari yarivuje ku baganga benshi kandi atanga ivyo yari afise vyose, ariko aho gukira abandanya aremba.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 yababajwe cane n’abavūzi benshi bamumarisha ibintu vyiwe vyose abitangamw’ ingemu, ntihāgira ico bamumarira, mber’ arushiriza kurwara;

Viz kapitola kopírovat




Mariko 5:26

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy