Mariko 5:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 aramwinginga ati: “Umukobwa wanje ari ku mpfiro. Ndakwinginze uze umurambikeko ibiganza akire abe muzima.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 aramwinginga cane, at’ Akana kanje k’agakobga kari ku mpfiro, ndakwinginze, n’uze se, umurambikekw ibiganza, akire, abeho. Viz kapitola |