Mariko 5:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Bashitse aho Yesu ari, babona wa muntu yari yaraboshwe n’abadayimoni menshi yicaye, yambaye kandi afise ubwenge bukwiye, maze bagira ubwoba. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bashika aho Yesu ari, basanga uwari yinjiwemwo n’abadayimoni yicaye, yambaye, ubgenge bgāgarutse, umwe nyene yari yinjiwemwo na ca gitero; baratinya. Viz kapitola |