Mariko 4:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Izindi zigwa ku rutare, ahantu hatagira ivu ryinshi; zica zimera ningoga kuko ivu ryari rike. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Izindi zigwa ku rutare, hatar’ ivu ryinshi; zica zimera vuba, kukw ata vu ryinshi ririho: Viz kapitola |