Mariko 4:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Ba bigishwa batinya cane, barabazanya bati: “Mbega uwu ni umuntu ki, ko umuyaga n’imipfunda na vyo bimwumvira?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Baratinya, bagira ubgoba bginshi, barabazanya, bati Mbeg’ uyu n’umuntu ki, umuyaga n’ikiyaga ko bimwumvira? Viz kapitola |