Mariko 4:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Nta kintu na kimwe yabigishije adakoresheje imigani. Ariko asigaranye n’abigishwa biwe bonyene, yaca abasigurira vyose. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Kand’ atabaciriye umugani nta co yababgira, ariko yihereranye n’abiwe bigishwa akabibasobanurira vyose. Viz kapitola |