Online Bible

- Reklamy -




Mariko 4:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Ariko iyo gatewe, karakura kakaba igiterwa kiruta ibindi vyose. Amashami yaco arakura, akaba manini kugeza n’aho inyoni ziza zikarika mu gitutu caco.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 arikw iyo gatewe, karakura, kakaba kanini, kakaruta ibirimwa vyose, kagashamika amashami manini, kand’ inyoni zo mu kirere zishobora kwārika ivyāri mu gitūtu cako.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 4:32

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy