Mariko 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 haba mw’ijoro canke ku murango, asinziriye canke ari maso, izo mbuto ziramera, zigakura, ariko we ntamenya uko bigenda. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 bgije agasinzira, bugaca akavyuka, imbuto zikamera, zigakura, atazi ingene zakuze. Viz kapitola |