Mariko 4:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Yongera kubabwira ati: “Mushire imitima cane ku vyo mwumva! Kuko uko mugerera abandi ari ko namwe muzogererwa, mbere kuri mwebwe bizorushiriza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kand’ arababarira, ati Mwiyubare mu vyo mwumva. Ingero mugeramwo ni yo muzogererwamwo, kandi muzorengerezwa: Viz kapitola |