Mariko 4:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Abantu bamwe bafise imitima imeze nk’i ruhande y’inzira. Bagiheza kwumva iryo jambo, Satani araza akiba iryo jambo ritewe mu mitima yabo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ab’i ruhande y’inzira, ah’ iryo jambo ribibga, iyo bahejeje kwumva, Satani aca aza uwo mwanya, akabakūramw’ iryo jambo ryabibge muri bo. Viz kapitola |