Online Bible

- Reklamy -




Mariko 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ikindi gihe Yesu asubira kwigishiriza ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya, maze abantu isinzi bakoranira aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo, abantu na bo bahagarara i musozi.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Atangura ukundi gusha kwigishiriza ku nkombe y’ikiyaga. Ishengero ryinshi cane rikoranira kuri we, bimutera gutambukira mu bgato buri mu kiyaga, yicaramwo, ishengero ryose riguma ku nkombe y’ikiyaga.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 4:1

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy