Online Bible

- Reklamy -




Mariko 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato: Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza umuntu canke kumwaka ubugingo?” Ntihagira uwumwishura.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Arababaza, ati Mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato canke n’ugukora ibibi? Gukiza umuntu canke kumwica? Barihorera.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 3:4

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy