Mariko 3:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Bene nyina ba Yesu na nyina baraza bahagarara hanze, batuma umuntu kumuhamagara. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Maze nyina na bene nyina baraza, batuma kumuhamagara, bahagaze hanze. Viz kapitola |