Mariko 3:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Ndababwire ukuri, ivyaha vyose abana b’abantu bakora n’ibitutsi vyose batuka Imana barashobora kubibabarirwa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Ndababgire ukuri: Abana b’abantu bazoharirwa ivyaha vyabo vyose n’ibirogotano vyose bazorogota, Viz kapitola |