Online Bible

- Reklamy -




Mariko 3:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Nta muntu yokwinjira mu nzu y’umunyenkomezi ngo amunyage ivyo atunze atabanje kumuboha. Aho ni ho honyene ashobora kumunyaga ivyiwe.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Kandi nta muntu yoshobora kwinjira mu nzu y’umuntu w’inkomezi kumusahura ibintu, atabanje kuboha wa munyenkomezi, maz’ akabona kumusahura ivyo mu nzu yiwe.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 3:27

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy