Online Bible

- Reklamy -




Mariko 3:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Abigisha b’ivyagezwe bari baje bava i Yerusalemu bavuga bati: “Akoreshwa n’ububasha bwa Beyelizebuli! Umukuru w’abadayimoni ni we amushoboza kwirukana abadayimoni.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Kand’ abanyabgenge b’ivyanditswe bavuye i Yerusalemu baravuga, bat’ Arimwo Beyezebuli: kandi bat’ Umukuru w’abadayimoni ni we amushoboza gusenda abadayimoni.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 3:22

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy