Mariko 3:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Abo mu muryango wiwe bavyumvise, baja kumufata, kuko bivuga bati: “Yasaze.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ab’i wabo bavyumvise barasohoka ngo baje kumufata, kuko bāgira ngo Yasaze. Viz kapitola |