Mariko 2:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Yesu aca arababwira ati: “Isabato yashizweho ku neza y’umuntu, umuntu ntiyaremewe kuganzwa na yo, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Kand’ arababgira, at’ Isabato yabayeho kubg’ umuntu, arik’ umuntu si we yabayeho kubg’ isabato. Viz kapitola |