Online Bible

- Reklamy -




Mariko 2:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ni nk’uko ata wosuka umuvinyu mushasha mu mukuza w’urushato ushaje, kuko uwo muvinyu wotuma uwo mukuza umeneka; hanyuma wa muntu akabura umuvinyu n’umukuza. Ahubwo umuvinyu mushasha bawushira mu mukuza mushasha.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Kandi nta wotara umutobe wa vino mu mikuza y’insato ibōmbōtse; kuko vino yoturitsa iyo mikuza, vino n’imikuza bigapfana. Arik’ umutobe wa vino bawutara mu mikuza misha.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 2:22

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy