Mariko 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Abantu benshi bakoranira aho hantu haruzura ku buryo n’imbere y’umuryango ata kibanza cari kihasigaye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bakoraniraho benshi, ntibakwirwa mu nzu, eka n’imbere y’umuryango hose; ababgira ijambo ry’Imana. Viz kapitola |