Online Bible

- Reklamy -




Mariko 16:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Hanyuma abigishwa baca baja mu mihingo yose bavuga Ubutumwa Bwiza, kandi Umwami Yesu akorana na bo, ashingira intahe Ijambo ryiwe biciye mu bitangaza vyarikurikira.]

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Abo bavayo, bigisha hose, Umwami Yesu akorana na bo, ijambo ryiwe arishingishiriza intahe ibimenyetso birikurikira. Amen.]

Viz kapitola kopírovat




Mariko 16:20

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy