Mariko 16:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Kare mu gitondo ku musi wa mbere utangura indwi, izuba riserutse, bafata inzira baja ku mva. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kandi mu mutwenzi ku wa mbere w’imisi ndwi barazinduka, bashika ku mva izuba rimennye ijuru. Viz kapitola |