Mariko 16:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Umwami Yesu ahejeje kubabwira ivyo, aca aduzwa mw’ijuru, yicara mu kibanza c’icubahiro i buryo bw’Imana. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kand’ Umwami Yesu ahejeje kubibabarira, adūzwa mw ijuru, avyagira i buryo bg’Imana. Viz kapitola |