Mariko 16:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 bazofata inzoka mu biganza vyabo; kandi nibanywa ivyica, nta co bizobagira. Bazorambika ibiganza ku barwaye, kandi bazokira.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 bazofata inzoka; ni banywa ikintu cica, nta co kizobagira na gatoya; bazorambika ibiganza ku barwaye, bakire. Viz kapitola |