Online Bible

- Reklamy -




Mariko 16:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Mu nyuma Yesu yiyereka bamwe cumi n’umwe bariko barasangira. Arabahambarira kubera ukutizera n’ugukomantaza imitima kuko banse kwemera ivyo babwiwe n’abamubonye amaze kuzuka.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Hanyuma yiyereka bamwe cumi n’umwe, bicaye bariko bararya, abagaya ukutizera kwabo no gukomantara kw’imitima yabo, kuko batemereye abāmubonye, amaze kuzuka.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 16:14

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy