Mariko 16:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Maze baca baragaruka babibwira abandi, ariko na bo nyene ntibizera ivyo bababwiye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Na bo nyene baragenda, babibgira abasigaye, maze ntibābemerera na bo. Viz kapitola |