Mariko 15:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Kandi ico gihe Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yose bariko bararaba aho bashize ikiziga ca Yesu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Mariya Magadalene na Mariya nyina wa Yose babona ah’ ahambge. Viz kapitola |