Mariko 15:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Yosefu w’i Arimataya ararinda, aja kwa Pilato amusaba ikiziga ca Yesu. Uwo Yosefu yari umwubahwa mu bagize inama nkuru y’ubwoko bw’Abayuda kandi yari yiteze ukuza kw’Ubwami bw’Imana. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 haza Yosefu w’i Arimataya, umunyekombe w’icubahiro, kandi na we yar’ areretse ubgami bg’Imana, ararinduka aja kuri Pilato, asaba ikiziga ca Yesu. Viz kapitola |