Mariko 15:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Ico gihe hariho abagore bariko barabikurikirana bari kure. Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo mutoya na Yose, hamwe na Salome. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Hāriho n’abagore bāri kure babirāba, muri bo hārimwo Mariya Magadalene, na Mariya nyina wa Yakobo mutoya na Yose, hārimwo na Salome. Viz kapitola |