Mariko 15:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Umwe ariruka afata ipampa arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga, aca arariduza ku munwa wa Yesu kugira ngo amunyweshe, aravuga ati: “Reka turabe ko Eliya aza kumwururutsa amukure ku musaraba.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Umwe arirukanga, yābīra sipongo, ayuzuza inkarisha, ayirungikisha irenga; arayimusomesha, ati Hinge turābe ko Eliya yoza kumubambūra. Viz kapitola |