Online Bible

- Reklamy -




Mariko 15:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Kristo, Umwami w’Abisirayeli niyikure ku musaraba kugira ngo tubibone hanyuma tumwizere.” Na vya bisuma vyari bibambanywe na we na vyo biramutuka.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Kristo Umwami w’Abisirayeli ni yimanure ku musaraba ubu nyene, tubibone twizere. N’abāri babambanywe na we na bo baramutuka.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 15:32

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy