Mariko 15:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Bahejeje kumushinyagurira, bamwambura ya kanzu itukura basubira kumwambika impuzu ziwe, hanyuma bamujana kumubamba. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Bamaze kumucurīra, bamwambura ya mpuzu y’ishigisha, bamwambika iziwe mpuzu, bamurengana irembo bamushoreye kumubamba. Viz kapitola |