Mariko 15:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Mu ntumbero yo kunezereza abantu benshi bari aho, Pilato arekura Baraba. Atanga itegeko ko bashishagura Yesu, hanyuma aramutanga kugira ngo bamubambe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Pilato agomvye kumara ishavu ishengero, abarekurira Baraba, maz’ atanga Yesu ngw abambge, amaze kumutonagura. Viz kapitola |