Mariko 15:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Pilato arababaza ati: “Kubera iki? Ni ikihe caha yakoze?” Ahubwo barushiriza gusemerera bati: “Nabambwe!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Pilato arababaza, ati Ku ki? Yakoze ikibi ki? Maze barushiriza kuyogora cane, bati Mubambe. Viz kapitola |