Mariko 14:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ndababwire ukuri, kw’isi yose aho ubu Butumwa Bwiza buzovugwa, ibi akoze bizovugwa, bitume yama yibukwa.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ndababgire ukuri: Ah’ ubutumwa bgiza buzovugwa hose mw isi yose, n’ico uyu akoze kizovugwa, kibe icibutso ciwe. Viz kapitola |